Mu gipolisi bavuga ko yarashwe n'abantu bataramenyekana bamutegereye atashe iwe igihe c'isaha zine z'ijoro. Umukuru w'uwo mugambwe UPD, Zed Feruzi nawe nyene yishwe arashwe mu kwezi kwa gatanu. Hari
↧